கிருண்டி மொழிபெயர்ப்பு - யூசுப் கஹீதி
புனித குர்ஆன் அர்த்தங்களின் மொழிபெயர்ப்பு
அதை மொழிபெயர்த்தவர் யூசுப் கஹீதி. அபிவிருத்திக்கான ஆபிரிக்க நிறுவனம் வெளியீடு.
قُلۡ أَعُوذُ بِرَبِّ ٱلۡفَلَقِ
Ntumwa y’Imana! Vuga uti: “Ndikinze ku Mana Allah, Umuremyi w’igitondo;
Ntumwa y’Imana! Vuga uti: “Ndikinze ku Mana Allah, Umuremyi w’igitondo;
مِن شَرِّ مَا خَلَقَ
Inkingire inabi y’ivyo Yaremye vyose;
Inkingire inabi y’ivyo Yaremye vyose;
وَمِن شَرِّ غَاسِقٍ إِذَا وَقَبَ
N’inabi y’ijoro iyo ryijimye;
N’inabi y’ijoro iyo ryijimye;
وَمِن شَرِّ ٱلنَّفَّٰثَٰتِ فِي ٱلۡعُقَدِ
N’inabi y’abarozikazi bahuha mu mapfundo mu kuroga;
N’inabi y’abarozikazi bahuha mu mapfundo mu kuroga;
وَمِن شَرِّ حَاسِدٍ إِذَا حَسَدَ
N’inabi y’umunyeshari[1] iyo asharitse”.
[1] Umunyeshari, ni umuntu asharika abandi abahora impano bahawe n’Imana Allah, akipfuza ko nya mpano zohona, akanababangamira mu buzima.
N’inabi y’umunyeshari[1] iyo asharitse”.
share_via