吉隆德语翻译 - 优素福·盖希提。
《古兰经》含义翻译
由优素福·盖提翻译。由非洲发展机构发布。
قُلۡ هُوَ ٱللَّهُ أَحَدٌ
Ntumwa y’Imana! Vuga uti: “Imana Allah, ni Imwe Rudende mu bumana bwayo, mu bushobozi bwo kurema no mu mazina n’amatazirano yayo.

ٱللَّهُ ٱلصَّمَدُ
Imana Allah, ni Yo Nyenugutumberwa muri vyose.

لَمۡ يَلِدۡ وَلَمۡ يُولَدۡ
Ntiyavyaye kandi ntiyavyawe, eka ntigira n’umugore.

وَلَمۡ يَكُن لَّهُۥ كُفُوًا أَحَدُۢ
Kandi ntigira ikiremwa na kimwe bisa canke bisusa, haba mu mazina n’amatazirano yayo, haba no mu bushobozi bwayo”.

share_via